Leta y'Uburundi irahakana yivuye inyuma imibare bivugwa ko ari iy'abasirikare bayo bagwa ku rugamba mu ntambara yo mu burasirazuba bwa Kongo. Mu Rwanda, leta yatangaje ko mu kiyaga cya Kivu harimo peteroli. Tanzaniya yatangaje ko nta muturage wayo n'umwe yigeze isangana virusi ya Marburg.
Ibyiciro
-
09-02-2026Iwanyu mu ntara
-
06-02-2026Iwanyu mu ntara
-
05-02-2026Iwanyu mu ntara
-
04-02-2026Iwanyu mu ntara
-
03-02-2026Iwanyu mu ntara
-
02-02-2026Iwanyu mu ntara