Amakuru y'uno mugoroba aza gushimikira ku ntambara ibandanya muri Kongo. Mu gihe abanyagihugu babandanya guhunga, abiyerekana i Kinshasa bateye ambasade z'ibihugu bitandukanye zirimwo iy'Amerika, iy'u Rwanda, iya Kenya, iy'Ubufaransa n'izindi i Kinshasa.
Ibyiciro
-
08-12-2025Amakuru ku Mugoroba
-
05-12-2025Amakuru ku Mugoroba
-
04-12-2025Amakuru ku Mugoroba
-
03-12-2025Amakuru ku Mugoroba
-
02-12-2025Amakuru ku Mugoroba
-
01-12-2025Amakuru ku Mugoroba