Abarundi bahungiye mw'ikambi ya Mulongwe iri muri Kongo babangamiwe n'ikiza ca Kolera. Mu Burundi, ibiciro vy'ivya nkenerwa vyaduze cane. Ubumwe bwa Buraya bwemereye u Rwanda imiriyoni 20 z'amayero yo gufasha abasirikare barwo bari muri Mozambike kurwanya iterabwoba.
Ibyiciro
-
18-01-2026Amakuru mu Gitondo
-
17-01-2026Amakuru mu Gitondo
-
16-01-2026Amakuru mu Gitondo
-
15-01-2026Amakuru mu Gitondo
-
14-01-2026Amakuru mu Gitondo
-
13-01-2026Amakuru mu Gitondo