Mu Burundi, imiryango yubatse amazu aheregereye ibiro vy’umukuru w’igihugu ntigira aho ikika umusaya: Reta ntirayiha umuzibukiro. Somaliya ibandanya gukumira ingabo za Etiyopiya mu butumwa bwo kubungabunga amahoro.Muri Kongo Abarundi bahungiye i Mulongwe babujijwe kurima hanze y’inkambi.
Ibyiciro
-
16-12-2025Iwanyu mu ntara
-
15-12-2025Iwanyu mu ntara
-
12-12-2025Iwanyu mu ntara
-
11-12-2025Iwanyu mu ntara
-
10-12-2025Iwanyu mu ntara
-
09-12-2025Iwanyu mu ntara