Uko wahagera

Murisanga


Murisanga
please wait
Embed

No media source currently available

0:00 0:59:56 0:00

Muri Murisanga, turarabira hamwe amakuru yerekeye umusi mukuru, BURUNDI DAY, Abarundi baba mu bihugu bitandukanye bariko barategura. Abawutunganije bavuga kobazoganira ku ruhara rw’Abarundi baba muri Diaspora mw’iterambere ry’Uburundi. bitegekanijwe ejo ku musi wa gatandatu, i Buruseri mu Bubirigi.

XS
SM
MD
LG