Igisata ca ONU citaho amagara y’abantu kw’isi, OMS, gisaba amakungu kureka gukumira u Rwanda kubera ikiza ca Marburg. Muri Tanzaniya, ubutegetsi bwagirizwa guhohotera abatavuga rumwe nabwo. Muri Kenya, Rigathi Gachagua aheruka gukomborwa mu mabanga ya visi prezida avuga ko umutekano wiwe ubangamiwe.
Ibyiciro
-
18-12-2025Amakuru mu Gitondo
-
17-12-2025Amakuru mu Gitondo
-
16-12-2025Amakuru mu Gitondo
-
15-12-2025Amakuru mu Gitondo
-
14-12-2025Amakuru mu Gitondo
-
13-12-2025Amakuru mu Gitondo