Murisanga


Murisanga
Embed

No media source currently available

Mu kiganiro Murisanga, tugiye kuvuga ku ngwara ya kanseri ifatira ku rukoba. Ni ingwara ivurwa, igakira, iyo itowe kare. Ifatira ku ruhu bivuye ku maraso canke ku mitsi yo mu mubiri itariko ikora neza.

XS
SM
MD
LG