Mu kiganiro, c’uyu musi, turavuga ku nama yahuje Ubushinwa n’ibihugu vyo ku mugabane wa Afrika mu ntango z’uku kwezi, ku murwa mukuru w’Ubushinwa, Beijing. Ntiyabaye iya mbere hagati y’impande zompi. Mbega izo nama zififiye akahe kamaro umugabane wa Afrika. Ibihapfudikiwe birashirwa mu ngiro?