Abanyagisagara ca Bujumbura barasaba reta y’Uburundi kubagarukira ku kibazo c’ikena ry’amazi ryabaye akananira abahinga.
Bavuga ko hatagize igikorwa ubuzima bwabo bubangamiwe kuko basigaye bikora ku biziba, amazi y’inzuzi zitemba, n’ikiyaga Tanganyika.
Mw’ishirahamwe REGIDESO bavuga ko ata muti babona wa vuba w’iryo kena ry’amazi. Nayo umuhinga mu vy’inyubako Gaspard Kobako, asaba reta kwemera ko yananiwe muri ico gisata hanyuma yikore ku bafasha mvamakungu.
Umviriza ido n’ido muri ino nkuru yateguwe n’ijwi ry’Amerika
Forum