U Rwanda na Kongo vyumvikanye ko ingwano ihagarara mu burasirazuba bwa Kongo guhera ku itariki ya 4 y’ukwezi kwa munani. Umukuru w’umutwe wa Hamas yiciwe i Teherani muri Irani. Nijeriya yiteguriye imyiyerekano ikaze y'ejo ku wa gatatu.
Ibyiciro
-
19-12-2025Amakuru ku Mugoroba
-
18-12-2025Amakuru ku Mugoroba
-
17-12-2025Amakuru ku Mugoroba
-
16-12-2025Amakuru ku Mugoroba
-
15-12-2025Amakuru ku Mugoroba
-
12-12-2025Amakuru ku Mugoroba