Amwe mu Mafoto y'Amatora y'u Rwanda
Abanyarwanda baba mu gihugu no mu mahanga bari mu matora rusangi. Ababa mu Rwanda batoye uyu munsi, abandi bazotore ejo. Ababa mu mahanga, batoye ku wa Mungu. Abakandida mu mwanya w'umukuru w'igihugum ni Prezida Paul Kagame wa FPR, Franck Habineza wo muri Green Party na Philippe Mpayimana yigenga.
5
Bamwe mu banyagihugu batonze imirongo barindiriye gutora.
6
Umwe mu banyagihugu amaze gutora.
7
Umwe mu bahagarariye amatora, ariko asigurira umunyagihugu ingene atora.
8
Bamwe mu bari bahagarariye amatora.