Amwe mu Mafoto y'Amatora y'u Rwanda
Abanyarwanda baba mu gihugu no mu mahanga bari mu matora rusangi. Ababa mu Rwanda batoye uyu munsi, abandi bazotore ejo. Ababa mu mahanga, batoye ku wa Mungu. Abakandida mu mwanya w'umukuru w'igihugum ni Prezida Paul Kagame wa FPR, Franck Habineza wo muri Green Party na Philippe Mpayimana yigenga.
9
Umwe mu bapfasoni ari mu bari bajejwe gushariza aho abanyagihugu batorera aruhutse.
10
Umwe mu bapfasoni bari bajejwe gushariza aho abanyagihugu batorera.
11
Umwe mu bari bajejwe gushariza aho abanyagihugu batorera.
12
Umupfasoni ariko ashariza aho abanyagihugu batorera.