Uko wahagera

Murisanga


Murisanga
please wait
Embed

No media source currently available

0:00 0:59:56 0:00

Mu kiganiro Murisanga, tugiye kuvuga ku mugambi wo guteza imbere uburimyi mu Burundi, wiyumviriwe kandi ugiye gushirwa mu ngiro n’Abarundi baba mu bihugu bitandukanye. Uwo mugambi witiriwe ISUKA KIJAMBERE ufise intumbero yo guha Abarundi b’abarimyi akaryo n’ububasha bwo kugwiza imwimbu.

XS
SM
MD
LG