Abantu batararamenyekana umubare baguye mu mpanuka y’inkongi y'umuriro yadutse ahabikwa amasasu I Ndjamena mu murwa mukuru wa Cadi. Prezida wa Africa y’epfo Cyril Ramaphosa arararihirira kwongera kuyobora icyo gihugu. Muri Kongo, umubare w’abakuwe mu byabo urarushaho kwiyongera.
Ibyiciro
-
24-10-2024
Iwanyu mu ntara
-
23-10-2024
Iwanyu mu ntara
-
22-10-2024
Iwanyu mu ntara
-
21-10-2024
Iwanyu mu ntara
-
18-10-2024
Iwanyu mu ntara
-
17-10-2024
Iwanyu mu ntara