Muri Kongo, abanyagihugu bo mu gisagara ca Kanyabayonga kitari kure cane n’ica Goma baraye barahunga.Abanyagihugu 12 bagize umurwi wa sentare y’abanyagihugu (Jury) iburanisha Donald Trump I New York bemeje ko uwu yahoze atwara Amerika yagirwa n’ivyaha 34 vyose yari amaze iminsi ariko araburanako.
Ibyiciro
-
19-12-2025Iwanyu mu ntara
-
18-12-2025Iwanyu mu ntara
-
17-12-2025Iwanyu mu ntara
-
16-12-2025Iwanyu mu ntara
-
15-12-2025Iwanyu mu ntara
-
12-12-2025Iwanyu mu ntara