Uko wahagera

Amakuru ku Mugoroba


Amakuru ku Mugoroba
please wait

No media source currently available

0:00 0:29:56 0:00

Abakenguzamateka 4 ni bo batorewe guhagararira intara ya Kivu ya ruguru mu nama nkenguzamateka ya Kongo. Alain Guillaume Bunyoni yahoze ari umushikiranganji wa mbere w’Uburundi yasubiye imbere y’ubutungane. Ingabo za Isirayeri zagirizwa kwica n’ibigira nkana abamenyeshamakuru bagera kw’ijana.

XS
SM
MD
LG