Uko wahagera

Iwanyu mu ntara


Iwanyu mu ntara
please wait

No media source currently available

0:00 0:29:56 0:00

Mu Burundi, mu murwa mukuru wa politiki Gitega haravugwa ibura ry’amazi. Umunyepolitike atavuga rumwe n'ubutegetsi bw'u Rwanda, Diane Rwigara, arateganya kuzokwiyamamaza mu matora ya prezida ya 2024. Muri Kongo, Reta ivuga ko abahitanywe n'ibisasu vyatewe kw'ikambi iri hafi ya Goma bageze ku 35.

XS
SM
MD
LG