Mu Burundi, umupfasoni wa Sipiriyani Ntaryamira asaba ubutabera, ukuri, no gushumbushwa. Mu Burundi kandi, inteko ishinga amategeko yemeje umushinga w’itegeko ry'amatora ku majwi 98.3 kw’ijana. Turkiya yafatiye Isirayeri ibihano by’ubuhahirane kugera itanze agahenge mu ntambara yayo yo muri Gaza. .
Ibyiciro
-
26-07-2024
Amakuru ku Mugoroba
-
25-07-2024
Amakuru ku Mugoroba
-
24-07-2024
Amakuru ku Mugoroba
-
23-07-2024
Amakuru ku Mugoroba
-
22-07-2024
Amakuru ku Mugoroba
-
19-07-2024
Amakuru ku Mugoroba