Uko wahagera

Murisanga


Murisanga
please wait
Embed

No media source currently available

0:00 0:59:56 0:00

Kuri uyu musi tariki 14 y’ukwezi kwa kabiri, bamwe mu baba ku isi bahimbaza umusi w’abakundana. Mu kiganiro Murisanga turavuga ku rwaruka rugeze mu bigero. Turabaha akanya mutubwire kandi muyagire na bagenzi banyu imyaka mubona ikwiye kugira ngo abakiri bato batangure kubana nk’abakunzi.

XS
SM
MD
LG