Mu kiganiro, “Murisanga” c’uyu musi, turavuga ku mazi y’ikiyaga Tanganyika amaze igihe arengera imbibe zaco akaba ariko ageramira abantu baba ku nkengera zaco mu Burundi. Mu msi ya vuba abanyagihugu bo mu ntara ya Rumonge bakaba barasinzikajwe n’imyuzure itewe n’ayo mazi.