DRC yataye muri yombi abasirikare bagirizwa kwica abasivili. Gabriel Attal w’imyaka 34, yagenywe kuba umushikiranganji wa mbere w'Ubufaransa. Abaye uwa mbere agiye muri ayo mabanga yemanga ko akundana n’abafise igitsina nk'iciwe. Koreya y’Epfo yemeje itegeko ribuza kurya no kugurisha inyama z’imbwa
Ibyiciro
-
06-06-2025
Amakuru ku Mugoroba
-
05-06-2025
Amakuru ku Mugoroba
-
04-06-2025
Amakuru ku Mugoroba
-
03-06-2025
Amakuru ku Mugoroba
-
02-06-2025
Amakuru ku Mugoroba
-
30-05-2025
Amakuru ku Mugoroba