Mu Burundi, abagabo 40 ni bo bamaze kumenyekana ko biyahuye kuva mu 2021 biturutse ku mabi bakorerwa n’abakenyezi bubakanye. Ibi bitigiri biri mu cegeranyo c’ishirahamwe, "Abagabo mu Gahinda".