Burundi: Reta igiye kwimura abanyagihugu bafise amazu muri karitiye, Nyabugete, zone Kanyosha Komine Muha i Bujumbura. Rwanda: Ibikomoka kuri peteroli vyaduze ibiciro ku rugero rutamenyerewe RDC: Moise Katumbi atavuga rumwe na reta azokwitoza mu ma tora y’umukuru w’igihugu azoba mu kwa 12.
Ibyiciro
-
31-03-2025Amakuru ku Mugoroba
-
28-03-2025Amakuru ku Mugoroba
-
27-03-2025Amakuru ku Mugoroba
-
26-03-2025Amakuru ku Mugoroba
-
25-03-2025Amakuru ku Mugoroba
-
24-03-2025Amakuru ku Mugoroba