Mu Rwanda haraye habaye umutingito wasenye amazu atari make mu karere ka Karongi. Mu Burundi ababuriye ababo mu bwicanyi bwa Ruhagarika intara ya Cibitoke mu 2018 basaba Reta kubatabara. Perezida Museveni wa Uganda yatangaje ko igisirikare cishe bamwe mu bayobozi b’abarwanyi ba leta ya Kiyisilamu
Ibyiciro
-
18-05-2025
Amakuru mu Gitondo
-
17-05-2025
Amakuru mu Gitondo
-
16-05-2025
Amakuru mu Gitondo
-
15-05-2025
Amakuru mu Gitondo
-
14-05-2025
Amakuru mu Gitondo
-
13-05-2025
Amakuru mu Gitondo