Uko wahagera

Amakuru mu Gitondo


Amakuru mu Gitondo
please wait

No media source currently available

0:00 0:29:59 0:00

Mu nama rusangi ya ONU igira 78, Prezida Joe Biden avuga ko Amerika yipfuriza isi amahoro, iterambere, n'ukungana kw’abanyagihugu kw'isi. Mu Burundi, abanyagihugu bo muri komine Mabayi, intara ya Cibitoke iri mu buraruko bushira uburengero bategetswe gutangura irondo mw'ijoro.

XS
SM
MD
LG