Uko wahagera

Burundi: Prezida Ndayishimiye Yoba Agiye Gukemura Ikibazo c'Ubukene bw'Isukari?


Isukari muri butike i Burundi
Isukari muri butike i Burundi

Reta y’Uburundi isaba abadashoboye gukora akazi ko kudandaza isukari ku nyungu z’abanyagihugu, kukavamo. Mu nama n’abadandaza b’isukari bayikura mw’ishirahamwe SOSUMO, umukuru w’igihugu yakariye bamwe muri abo bikika mu kiza bagaca amaboko Abarundi. Abadashoboye gukora ako kazi yabasavye kubivamwo.

Yamara abadandaza bamwe bamwe bavuga ko ikibazo gishobora kiri n'ahandi. Abari muri iyo nama bamenyesheje umukuru w’igihugu ko ubukene bw’isukari muri iryo shirahamwe buva no kuri iryo shirahamwe ridahingura ibikaju, uko bikwiye.

Désiré Hatungimana aratubwira ido n'ido.

please wait

No media source currently available

0:00 0:04:59 0:00

Forum

XS
SM
MD
LG