Amashirahamwe y'abaganga mu Burundi avuga ko muri kino gihe abakiri bato batagihurumbira igisata c'ubuganga. Mu Rwanda bamwe bu basabwaga kwimuka mu manegeka bemerewe kuvugurura amazu yabo bakaguma aho bari batuye. Mu Burundi abasenyewe n’imyuzure mu Rumonge basaba leta kubasanurira amazu.
Ibyiciro
-
20-03-2026Amakuru ku Mugoroba
-
19-03-2026Amakuru ku Mugoroba
-
18-03-2026Amakuru ku Mugoroba
-
17-03-2026Amakuru ku Mugoroba
-
16-03-2026Amakuru ku Mugoroba
-
13-03-2026Amakuru ku Mugoroba