Uko wahagera

Abarundi Bahunguka Bava muri Tanzaniya Bongeye Kwiyongera

Amabisi ahungukana impunzi z'Abarundi, ku mupaka wa Mabanda mu ntara ya Makamba
Amabisi ahungukana impunzi z'Abarundi, ku mupaka wa Mabanda mu ntara ya Makamba

Abarundi bahunguka bava mu gihugu ca Tanzaniya bariyongeye muri aya mezi abiri arangiye, bakaba bigwije incuro zirenga ebyeri. Bamwe muri bo bavuga ko uko kwiyongera kwaba kuva ku kugene basigaye bafashwe mu nkambi y’i Nyarugusu hamwe n’akamo batewe n’Uburundi, Tanzaniya hamwe n’ishirahamwe mpzamakungu rijejwe impunzi.

Thierryve Ndayishimiye aratubwira uko vyifashe

Impunzi Zirenga 2000 Ziratahuka buri Ndwi
please wait

No media source currently available

0:00 0:10:07 0:00

Forum

XS
SM
MD
LG