Uko wahagera

Murisanga


Murisanga
please wait
Embed

No media source currently available

0:00 0:59:56 0:00

Abagendana ubumuga bavuga ko kwiga amashure no gukora ibindi bintu bibateza imbere, bishobora kubafasha kugabanya canke kurangiza intambamyi bahura na zo. Umwigeme Iremukwishaka Marie Jeanine afise ubumuga bw’amaboko n’amaguru ni ko abibona. Aheruka gutsindira ikibazo ca reta co mu mwaka w’icenda.

XS
SM
MD
LG