Uko wahagera

Murisanga


Murisanga
please wait
Embed

No media source currently available

0:00 0:59:56 0:00

Umurwi w’igihugu c’Uburundi ujejwe kumenya ukuri no kurekuriranira, uherutse gushikiriza inama nshingamateka raporo ku bwicanyi n’ubundi bugizi bwa nabi bwakorewe Abarundi hagati yo mu myaka yo mu 1885 no mu 1973. Ni vyo tugarukako muri Murisanga y'uno munsi.

XS
SM
MD
LG