Mu Rwanda kubera amahano y'intambara yabaye mu myaka y'1990 haracari abanyarwanda bariho bazi ko basigaye bonyene batazi ko hari uwundi muvandimwe akibaho. Urugero ni Musabyimana Julienne yashatse kumenya nimba umwana w'umuhungu abereye nyina wabo akiriho. Amuheruka mu 1988.