Papa Fransisiko, yagiranye ibiganiro n'umukuru w'ibiro bikuru vya gisirikare muri Amerika. Mu Burundi Urwego rw’abanyamakuru rwigenzura OPB rugiye kuvugururwa nyuma y’imyaka 8 rudakora. Umuryango CEDEAO wanze imyaka itatu ya leta y’inzibacyuho abahiritse ubutegetsi muri nijeri bifuza.
Ibyiciro
-
12-03-2026Amakuru ku Mugoroba
-
11-03-2026Amakuru ku Mugoroba
-
10-03-2026Amakuru ku Mugoroba
-
09-03-2026Amakuru ku Mugoroba
-
06-03-2026Amakuru ku Mugoroba
-
05-03-2026Amakuru ku Mugoroba