Ibanki nkuru y’u Rwanda yarazamuye igipimo c’inyungu mfatizo itangiraho amafaranga yayo kuri banki z’ubucuruzi ziva kuri 7 kija kuri 7.5 kw’ijana. Reta y’Uburundi yatanguje isekeza rizomara indwi ryo gukingira abana ingwara y’agasama.
Ibyiciro
-
09-12-2025Amakuru mu Gitondo
-
08-12-2025Amakuru mu Gitondo
-
07-12-2025Amakuru mu Gitondo
-
06-12-2025Amakuru mu Gitondo
-
05-12-2025Amakuru mu Gitondo
-
04-12-2025Amakuru mu Gitondo