Uko wahagera

Dusangire Ijambo


Dusangire Ijambo
please wait

No media source currently available

0:00 0:30:00 0:00

Abarundi barateye igikumu mu mwaka w'2010 i ku masezerano yo gusabikanya ubutegetsi hisunzwe amoko. Mbega aba n'abandi bavuga iki ku mugambi wa Sena y'Uburundi iriko irihweza nimba ari nkenerwa canke vyoba vyarataye igihe hihwejwe aho abarundi bageze mu gufatana mu nda muri iki gihe?

XS
SM
MD
LG