Uko wahagera

Murisanga


Murisanga
please wait
Embed

No media source currently available

0:00 0:59:56 0:00

Kuwa kabiri nka buri mwaka kw’itariki ya mbere y’ukwezi kwa munani kuva mu 2012 isi yose yijihije umusi wo kuzirikana ingwara ya kanseri y’ibihaha. Kanseri y’ibihaha iterwa n’iki? Ese iravurwa igakira? Abantu bayirinda gute? Ibi ni bimwe mu bibazo iki kiganiro cyibandako.

XS
SM
MD
LG