Mu bihe vya vuba haribonekeza amaduka n’abantu badandaza imiti kama ikorerwa mu biterwa bitandukanye ndimano. Amashirahamwe n’abavuzi b’iyo miti bakavug ako ari imiti yakoreshwa kuva kuri ba sogokuruza kandi ko ivura neza.Yamara hari abamaze guhendwa n’ubwo buryo.