Uko wahagera

Mu Burundi Harabandanya Kwibonekeza Ubukene bw'Igitoro n'Isukari


Mu ntara nyinshi z'igihugu c'Uburundi haraheze ukwezi kurenga ata bitoro biboneka. Abiyunguruza n'abatunzwe n'umwuga wo kwunguruza abantu n'ibintu bavuga ko bituma imirimo yabo ihagarara. Iruhande y'ubukene bw'igitoro, n'isukari yacitse umuzi w'ibuye. Amashirahamwe yigenga avuga ko iryo kena riterwa n'itunganywa ribi ry'ivyo bisata.

Inzego za Reta zibijejwe zo zita amakosa kuri Tanzaniya iyo ibitoro biva; nayo ku vyerekeye isukari, ishirahamwe riyihingura ryemeza ko risohora iyihagije.

Ibindi kuri iyi nkuru ni mw’Ijwi ry’umumenyeshamakuru w’Ijwi ry’Amerika I Nairobi, Eloge Willy Kaneza

Burundi: Abanyagihugu Baridogera ubukene bw'Igitoro n'isukari
please wait

No media source currently available

0:00 0:05:34 0:00

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG