Uko wahagera

Burundi: Reta Igabisha Abaha Akazi Abakozi Yirukanye


Ntahorwamiye Prosper
Ntahorwamiye Prosper

Reta y'Uburundi isaba amashirahamwe gukura abakozi bayo bahoze bayikorera bagasezererwa kubera amakosa y'akazi. Inama nshikiranganji yafashe ico cemezo ivuga ko amashirahamwe atazobikora azoba yiyemeje kugiranira imigenderanire mibi na Reta. Reta igabisha kandi gufatira ibihano amwe mu mashirahamwe n'abagwizatunga bahabwa uturusho ku makori n'amatagisi aho gufasha guteza imbere Uburundi bakajana uburyo gutanguza imigambi mu bindi bihugu.

Ibindi kuri iyi nkuru muyumvirize mw’Ijwi ry’umumenyeshamakuru w’Ijwi rya Amerika i Nairobi, Eloge Willy Kaneza

Reta Iragabisha Abaha Akazi Abo Yirukanye
please wait

No media source currently available

0:00 0:04:54 0:00

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG