Uko wahagera

Guterres Asaba ko Intambara muri Kongo Ihagarara Atagisabwe


Burundi Summit
Burundi Summit

Umunyamabanga mukuru w'ishirahamwe mpuzamakungu ONU Antonio Gutteres ahamagarira imirwi irwana yose guhagarika mu maguru masha intambara mu gihugu ca Congo atakirinze gusabwa. Yabivugiye mu nama yabereye mu Burundi ya 11 y'abakuru b'ibihugu n’ama Reta yasinye amasezerano y'amahoro n'umutekano mu burasirazuba bwa Republika ya Demokarasi ya Kongo, no mu karere kuri uyu wa gatandatu.

Iyo nama yabereye ku kirimba c’umukuru w’igihugu ku murwa mukuru w’ubutunzi i Bujumbura. Mu bakuru b’ibihugu 13 bari bitezwe, 4 gusa nibo bahashitse. Inkuru iramvuye muyikurikirane mu majwi y'umumenyeshamakuru Desire Hatungimana.

Guterres: Intambara Ibwirizwa Guhagarara
please wait

No media source currently available

0:00 0:03:30 0:00

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG