Uko wahagera

Uburundi Burakira Inama ya 11 Ku Mutekano w'Akarere


Abasirikare b'Uburundi bagiye kwakira abaje mu nama igira 11 y'umutekano w'akarere
Abasirikare b'Uburundi bagiye kwakira abaje mu nama igira 11 y'umutekano w'akarere

Ejo ku wa gatandatu mu Burundi hazotangura inama ya 11 y'abakuru b'ibihugu na za Reta vyasinye amasezerano y'amahoro n'umutekano mu burasirazuba bwa Republika ya Demokarasi ya Kongo, no mu karere.

Mu kiganiro mugenzi Umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika, Diane Nininahazwe, yagiranye na Ambasaderi Fred Ngoga Gateretse, Umuhanuzi mukuru mu biro vya komiseri w'ishirahamwe ry'Ubumwe bwa Afurika ajejwe ibibazo vy'amahoro n'umutekano, yamusiguriye intumbero y'iyo nama n'ico abatandukanye boyitegako.

Abatandukanye Biteze Iki ku Nama y'Umutekano w'Akarere Ibera mu Burundi?
please wait

No media source currently available

0:00 0:05:36 0:00

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG