Muri Malawi, abapolisi n’abashinzwe umutekano bakoze umukwabu mu mpuzi zikomoka mu karere k’ibiyaga bigari. Muri RDC M23 uravuguruza amakuru avuga ingabo zawo zagarutse mu turere wari raravuyemo. Abategetsi b'ibihugu 6 by’Afurika bariteguye kumvikanisha Uburusiya na Ukraine.
Ibyiciro
-
08-12-2025Iwanyu mu ntara
-
05-12-2025Iwanyu mu ntara
-
04-12-2025Iwanyu mu ntara
-
03-12-2025Iwanyu mu ntara
-
02-12-2025Iwanyu mu ntara
-
01-12-2025Iwanyu mu ntara