Leta y’u Rwanda iratangaza ko yamaze gukura Abanyarwanda bose bavyipfuza muri Sudani. Muri Sudani impande ebyiri z’abashyamiranye barwanira ubutegetsi zumvikanye ku gahenge k'imisi 7 kuva kw'italiki 4 y'uku kwezi kwa gatanu. Amerika izohereza abasirikare 1500 ku mupaka ihana na Mexique.
Ibyiciro
-
07-12-2025Amakuru mu Gitondo
-
06-12-2025Amakuru mu Gitondo
-
05-12-2025Amakuru mu Gitondo
-
04-12-2025Amakuru mu Gitondo
-
03-12-2025Amakuru mu Gitondo
-
02-12-2025Amakuru mu Gitondo