Mu Rwanda, RIB yataye muri yombi abahoze ari abayobozi b’akarere ka Gasabo n'umurwizatunga Jean Nsabimana kubera inyubako zitujuje ivyangombwa. Intambara y'impande 2 zirwanira ubutegetsi bwa Sudani irabandanya. Abasirikare ba Misiri 177 bari bafungiye muri Sudani, batahukanywe I Kayiro.
Ibyiciro
-
31-03-2025Amakuru ku Mugoroba
-
28-03-2025Amakuru ku Mugoroba
-
27-03-2025Amakuru ku Mugoroba
-
26-03-2025Amakuru ku Mugoroba
-
25-03-2025Amakuru ku Mugoroba
-
24-03-2025Amakuru ku Mugoroba