Mu kiganiro, “Murisanga” c’uno musi turavuga ku nama igira kabiri kuri demokrasi Prezida wa Reta zunze ubumwe za Amerika, Joe Biden, yatanguje ku musi wa gatatu, n’umuhango yatanze w’uko Amerika izotanga imiliyoni 690 y’amadolari agenewe imigambi yerekeye demokrasi kw’isi.