Icivugo c’umusi mpuzamakungu wahariwe umukenyezi kw’isi uno mwaka kimuhamagarira gukoresha ubuhinga bwa none ashobore kwiyungunganya, yige amashure neza, anamenye amakuru yerekeye amagara yiwe n'ibindi bijanye n’ubuzima bwiwe Mbega mu kibano no mu muryango boba boroherezwa kubukoresha?