Uko wahagera

Amakuru ku Mugoroba


Amakuru ku Mugoroba
please wait

No media source currently available

0:00 0:29:56 0:00

Mu Burundi muri kaminuza y’ibiyaga binini I Makamba, abanyeshure babangikanya ivyigwa n’imirimo yo kwiyungunganya. Abaganga bemeza ko ubushobozi mu by’ubwenge kuri Kabuga Felisiyani bwagabanutse. Muri ano makuru, turagaruka kuri bomboribombori hagati ya Museveni n'umuhungu we ku matora ya 2026.

XS
SM
MD
LG