Uko wahagera

Murisanga


Murisanga
please wait
Embed

No media source currently available

0:00 0:58:45 0:00

Kanseri, igisukari, ivumbuka ry'umurindi w'amaraso, asima, n’izindi ngwara zitandukira ariko zibangamira cane amagara y’abantu zifashe gute aho muherereye? Amakuru yazo, abaganga, imiti, n’amavuriro vyoba bibari hafi aho muherereye? Ni vyo tugarukako muri Murisanga y'uno munsi.

XS
SM
MD
LG