U Rwanda rwasinyiye kwakira icicaro c’ikigega c’isoko rusangi rya Afrika. Muri Kongo, abanyagihugu baba hafi y’igisagara ca Sake babandanya guhunga intambara bagana mu gisagara ca Goma. Ubufaransa n’Ubwongereza vyumvikanye ku masezerano arimwo miliyoni 577 y’amadolari mu bijanye n’abimukira.
Ibyiciro
-
27-03-2023
Amakuru ku Mugoroba
-
24-03-2023
Amakuru ku Mugoroba
-
23-03-2023
Amakuru ku Mugoroba
-
22-03-2023
Amakuru ku Mugoroba
-
21-03-2023
Amakuru ku Mugoroba
-
20-03-2023
Amakuru ku Mugoroba