Uko wahagera

Murisanga


Murisanga
please wait
Embed

No media source currently available

0:00 0:59:56 0:00

Muri kwezi kwa kabiri, Turukiya yibasiwe na nyamugigima 3. Mbe burya birashoboka ko umuntu amenya ko nyamugigima iza kuba? Iva kuki? Umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'A,merika Diane Nininahazwe yatumire Ngendahayo Chrisostome yanonosoye ubumenyi bw’isi no gukingira ibidukikije.

XS
SM
MD
LG