Inkurikizi z’ubushuhe butera bwiyongera kw’isi nk’uruzuba rukomeye, imvura kenshi y’isengenya canke ibihuhusi bitera imyuzure, biragira ingaruka ku vyimburwa, mu bituma haba ibibazo vy’inzara. Indwara zifatiye ku gufungura nabi zikaba zihabonera akaryo ko kwiyongera. Ni vyo tuvugako